Mpa Akanya - Double Jay

  • Single #6 - Mpa Akanya - Double Jay
    Official Lyric
    Intro :
    Oo oooooh... zaga dis...
    Double Jay once again... Bad boy killer...
    Ikoh Music...we did it again we did it again
    iyeyieee
    Verse 1 :
    Je nama nkubona kenshi (kenshi)
    Umutima ugatera Kenshi (kenshii)
    Nkiyumvamwo amajambo menshi (menshi)
    Mbega ryari uzompa iyo chance
    Uuuuuuuuh
    Ukampa umwanya nkakubwira
    ata kunyirengagiza
    Nkaza kukuraba nkabikubwira
    Ugaheba kunyinyegeza
    Je ndasavye umpe akanya
    Nkubarire ikinteye amaganya
    Baby mpa akanya
    Nkubwire uko nkwiyunvira buri mwanya
    Nukuri hari vyinshi nfise numva nshaka kuvuga
    Umutima wanje ugeze ahatemba eregaaaa
    Nkubonye niyumva ukuntu
    Nkiyumvamwo utuntu
    Mbajije abantu
    Bakambwira ngo jewe nawe hari ikintu
    Hari ukuntu niyumva
    Sindamenya iyo biva
    Mpa akanya ndabikubwire hari naho womfashaa
    Chorus:
    Mpa akanya tuyage (hein)
    Hari vyinshi numva nshaka kukubwiraa (hein, hein)
    Mpa akanya nkubwireee (hein)
    Ivyo umutima wanje wama umbariraaa (hein, hein)
    Baby give me one time
    I gotta something to tell you
    I don’t wanna waste your time
    Please baby let me talk to youuu
    Verse 2
    Mbe kuki duhuye utampa na yambu (hein, mpa akanya)
    Je birambabaza nkicwa n’intuntu (hein)
    We ntako utagira ngo unkure mu bantu (hein, mpa akanya)
    Mukobwa ibuka ko nanje ndi umuntu (Mukobwa ibuka ko nanje ndi umuntu )
    Mpa akanya nkwibarize impamvu buri joro ari wewe ndota
    Mpa akanya nkubwire ingene mbona abakobwa bose ubaruta
    Ni wewe amazi meza je nipfuza ko womara inyota
    You always in my mind
    Mbe war’ubizi mamaa
    Umutima wanje warawutwayee
    Nkubonye niyumva ukuntu
    Nkiyumvamwo utuntu
    Mbajije abantu
    Bakambwira ko jewe nawe hari ikintu
    Hari ukuntu niyumva
    Sindamenya iyo biva
    Mpa akanya ndabikubwire hari naho womfashaa
    Chorus:
    Mpa akanya tuyage (hein)
    Hari vyinshi numva nshaka kukubwiraa (hein, hein)
    Mpa akanya nkubwireee (hein)
    Ivyo umutima wanje wama umbariraaa (hein, hein)
    Baby give me one time
    I gotta something to tell you
    I don’t wanna waste your time
    Please baby let me talk to youuu
    Produced by Amir Pro in Ikoh Music
    Thank you!
    (c) 2017 - Ikoh Entertainment

    Category : Burundi Music Videos

    #mpa#akanya#double#jay

    0 Comments and 0 replies
arrow_drop_up