BIG FIZZO - UBUSA (OFFICIAL VIDEO)

  • UBUSA - BIG FIZZO (OFFICIAL VIDEO)
    Produced by: Peniel Pro Under Bantubwoy Entertainment
    Shooting and Editing by: John Elarts Under Bantubwoy Entertainment
    BANTUBWOY ENTERTAINMENT
    2020
    Bujumbura - Burundi
    Lyrics:
    Ubusa lyrics
    Haciye imisi murugo mbona impinduka
    Icivugo ca burimusi n’ukuntuka
    Ntukinyakira kwakundi
    Unter ‘ imiragwe nka ceceka
    Unyagiriz’ abandi
    Kandi mba mvuye guhangayika
    Abagenzi ntibazotwubakira
    Bazogutera mamy gutuntura
    Birya bakubwira nanje barabimbarira
    Mwiza wanj’ erega baradupfuhira
    Baby, reka tubagwize n’ubusa
    ( ubusa chérie)
    Ivyo bakubwira bifate nk’ ubusa
    (ubusa chérie we )
    Erega ndakubuze nocik’ ubusa
    ( ubusa chérie)
    Noba mpfuye jewe nziz’ ubusa
    ( ubusa chérie we )
    Ibuka kera twari babiri
    Ariko IMANA itugir ‘ umwe
    Kand’ ibuka twaba habiri
    None ubu tuba hamwe
    Nakuberey’ ico ushaka m’ubuzima
    Nakuberey ‘ umukunzi wipfuza ma’
    Abagenzi ntibazotwubakira
    Bazogutera mamy gutuntura
    Birya bakubwira nanje barabimbarira
    Mwiza wanj’ erega baradupfuhira
    Baby, reka tubagwize n’ubusa
    ( ubusa chérie)
    Ivyo bakubwira bifate nk’ ubusa
    (ubusa chérie we )
    Erega ndakubuze nocik’ ubusa
    ( ubusa chérie)
    Noba mpfuye jewe nziz’ ubusa
    ( ubusa chérie we )
    Ubusa baby
    Niwe natoye mu amajana
    Niwe umar ‘ inyota y’umutima
    Ukampa intumbero y’ubuzima
    (Yeah eh eh )
    Ndavuga niwe natoye mu amajana
    Niwe umar’ inyota y’umutima
    Yeah yeah yeah yeah yeah yeah yeah eeh
    Baby, reka tubagwize n’ubusa
    ( ubusa chérie)
    Ivyo bakubwira bifate nk’ ubusa
    (ubusa chérie we )
    Erega ndakubuze nocik’ ubusa
    ( ubusa chérie)
    Noba mpfuye jewe nziz’ ubusa
    ( ubusa chérie we )
    vevo.ly/nexumM

    Category : Burundi Music Videos

    #big#fizzo#ubusa#official#video

    0 Comments and 0 replies
arrow_drop_up